ICO News

'Tuguma mu bitaro ntidusohoka… duteye Port Sudan… duteye Ethiopia' – Amagorwa y'abarundi i Khartoum – BBC


Insiguro y’isanamu,

Guhungisha abantu igisagara ca Khartoum bibandanya bigorana kubera intambara

Mu gihe ibihugu bitandukanye biriko birakura abavyo muri Sudani, bamwe mu barundi ntibarashobora kuvayo mu gihe abandi bakiri mu nzira barondera gusohoka ico gihugu.

Intamagara ihuza abasirikare ba Sudani n’abitwaje ibigwanisho bo mu mugwi RSF yatanguye itariki 15 Ndamukiza (4).

Intandaro yayo ikaba ari integuro yo gusubiza intwaro abasivile ariko na cane cane ikirangamisi co gushira mu gisirikare ca reta abagwanyi ba Rapid Support Forces, RSF.

Mu barundi bari mu gihugu ca Sudani benshi n’abagiye kwiga abandi bagiye kwivuza.



READ SOURCE

This website uses cookies. By continuing to use this site, you accept our use of cookies.